BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
'Nta bandi dukeneye mu ntambara twamaze gutsinda' ni ko Trump yabwiye Starmer w'Ubwongereza
Ni inyuma y'uko Starmer yankiye Trump gukoresha ibigo vy'Ubwongereza mu gutera Irani. Mu nyuma, Trump yavuze ko ataco yabafashije.
Ni igiki coba catumye umukuru w'igihugu ca Irani yasavye imbabazi koko?
Umunyamakuru wa BBC mu rurimi rw'igi-Perse Amir Azmi araca irya n'ino ibijanye n'amajambo yo gusaba imbabazi ya Perezida Masoud Pezeshkian
Uburyo bwamamaye bwo kugabanya kubyimba mu maso – inzobere ku ruhu zirahishura niba bukora
Turasuzuma uburyo butatu bwamamaye ku mbuga za internet, dutandukanye ibiri ukuri n'ibitari ukuri – inzobere zivuga ko umusaruro wabyo, iyo byagenze neza, uba ari uw'igihe gito.
'Umuti wa mbere ni amahoro' – niko umukuru wa OMS muri Afrika abwira impunzi z' i Busuma
Ni urugendo yagize muri iyo kambi inyuma y'uko hari haciye imisi havugwa indwara zitandukanye harimwo na cholera zari zigeramiye izi mpunzi mu minsi ya mbere.
Perezida wa Irani yasavye imbabazi ibihugu bibanyi mu gihe ibitero vya Amerika na Israel bibandanya
Hagati aho, ararahira akarengwa ko Irani izobandanya urugamba rwayo rwo kwivuna, kandi ko abansi bayo "bazohambanwa ivyipfuzo vyabo vyo kwiyumvira ko Abanya-Irani bomanika amaboko".
Putin yavuganye na Perezida wa Irani mu gihe Trump asaba Irani 'kumanika amaboko ata kirinze gusabwa'
Inyuma y’imisi itandatu y’intambara, Perezida Donald Trump asaba Tehran gushiraho abarongozi bashasha “bashobora kwizerwa” na Maison Blanche .
Ingaruka zishobora guterwa n'igabanuka ry'ibirwanisho ku ntambara yo muri Irani
Ni vyo ko ubwoko bw’ibirwanisho bitunzwe n’ibihugu atari bwo bwonyene buzokwerekana amaherezo y’iyi ntambara, ariko nta nkeka ko ari ikintu gihambaye, nk'uko vyandikwa na Jonathan Beale wa BBC.
Amajwi, Imvo n'imvano kw'itegeko rishya rigenga umuhanda mu Rwanda, Umwanya bimara 59,50
Ikiganiro Imvo n'imvano cyacu uyu munsi kuwa gatandatu tariki 7 z'ukwezi kwa gatatu umwaka wa 2026 turavuga ku itegeko rishya rigenga umuhanda mu Rwanda.
Rwanda: Amerika ivuga ko izima 'visa' abategetsi bakuru 'babangamira amahoro mu karere'
Amerika itangaje ibi nyuma yuko ku wa mbere ifatiye ibihano RDF n'abajenerali bane bo mu ngabo z'u Rwanda kubera "ubufasha butaziguye" ku mutwe wa M23.
DR Congo: Ibyo wamenya ku Munyamerika wagizwe umukuru mushya wa MONUSCO
ONU ivuga ko James Swan ari umudipolomate w'inararibonye wakoze igihe kirekire mu bihugu byo muri Afurika, wanabaye ambasaderi w'Amerika muri DRC.
Trump ati 'Nta masezerano na Irani uretse kumanika amaboko nta mananiza'
Perezida w'Amerika avuga ko igihe Irani yaba imanitse amaboko, Amerika n'inshuti zayo bazayigira "nziza cyane, ndetse ikomere cyane kurusha mbere".
Amerika na Venezuela bemeranyije gusubukura umubano wa dipolomasi nyuma y'ifatwa rya Maduro
Amerika yavuze ko impande zombi zizakorana mu guteza imbere umutekano, nyuma yuko Amerika ifashe Maduro n'umugore we.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Umunyarwanda yatorewe kuba umukuru w’ihuriro ‘ryiyomoye’ ku butegetsi bwa Anglikani ku isi
Iryo huriro ubwaryo rivuga ko atari “umutwe wigometse, wo gucamo ibice” kandi rishimangira ko “rihagarariye ba nyamwishi mu bangilikani ku isi”.
"Isi iriko iraca mu bikomeye" - Macky Sall yamenyesheje imigambi yiwe aramutse atorewe kurongora ONU
Uwo yahoze ari umukuru w'igihugu ca Senegal asaba ko habaho umugambi ushingiye ku bintu bitatu avuga ko bihambaye.
Victoire Ingabire mu rukiko rw'Ikirenga yasabye ko hari ingingo ivanwa mu mategeko mpanabyaha
Muri uru rubanza, Ingabire yunganiwe n'abanyamategeko batatu na ho inteko y'Urukiko igizwe n'abacamanza batatu bayobowe n'umukuru w'Urukiko rw'Ikirenga Madame Domitille Mukantaganzwa.
Kuki Amerika yahannye ingabo z'u Rwanda n'abajenerali bane?
U Rwanda ruvuga ko rubabajwe n'ibi bihano "byibasira uruhande rumwe gusa birurenganya", mu gihe DRC yabishimye ivuga ko ari "ikimenyetso gikomeye mu gushyigikira iyubahirizwa ry'ubusugire" bwayo.
Imyaka 40 iraheze: Mbega AMB yarashoboye gufasha abaririmvyi b'Uburundi?
Abanyamuziki batandukanye babwiye BBC ivyiyumviro vyabo kuri iri shirahamwe ryatangujwe ritanga icizere ko rigiye guhindura vyinshi mu muziki w'Uburundi.
Nyuma y'urupfu rwa Ayatollah Ali Khamenei, ni nde urimo kuyobora Iran?
Inama y'Impuguke yatoye Alireza Aarafi, umwe mu bagize itsinda riyiboye akanama gashinzwe umutekano , nk'umwe mu bagize "itsinda ry'abanyamategeko" b'Inama y'agateganyo iyobora Repubulika ya Kiyisilamu ya Irani. Ese ni muntu ki?
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango


